Sura 7

1 Ntukache ulubanza nawe nguzo chiligwe ulubanza. 2 Kulubanza ucha, nawe uzoluchiligwa. No kukipimo upima na wewe kandi uzo pimigwa icho nyene. 3 Ni kuki ulaba ikivuvu chikiti kilimujisho dyamwene wanyu, aliko ntumenya ikigegene kili mijisho dyawe. 4 Woshobola kute kubwila mwene wanyu, Linda ndakutosole ikivuvu kili mujisho dyawe, nawe ufishe ikigegene mijisho dyawe? 5 Munya mutima mubiwe, Manza witosole ikigegene kili mujisho dyawe uheze ubone neza kutosola ikivuvu kili mujisho dya mwene wanyu. 6 Ntimuhe ibwa ibitakatifu, ntutagimbele yingurube ibintu vyi dhamani. Ahandiho zilovyonona no kubikata na maguru, akndi zilokuhindukilila wewe zikugabane ibi pande pande. 7 Musenge mulohabwa londa nawe uzolonka. Mulamuche, umuzo kugululigwa. 8 Kuli wewese asenga alahabwa, no kuli wewese alonda, alalonka, no kumuntu alamucha, azokugululigwa. 9 Au haliho umuntu muli mwebwe, umwana wiwe amuseze umukate amuha ibale? 10 Au amuseze isamaki, wene amuhi nzoka? 11 None mwebwe, muli babi komuzi kuha abana banyu akashimwe keza, mbe! So wo mwijuru ntalolushiliza kuha vyiza abamusavye? 12 Kulivyo, Mushaka kwa bantu babagilila vyose, nawe kandi ushakigwa kubagilila nkiiko nyene bene. Kubela idyo ni tegeko na bavugishwa. 13 Ni mwingile kukuhitilan mumunyango gufunganye. Kubela umudyango waguche ni nzila yaguche nivyo bi jana abantu kuhonja, hala bantu benki bahita muliyo nzila. 14 Umudyango gulafunganye ni nzila ija mubuzima ni bake bashobola kuyibona. 15 Mwilinde abavugishwa bububeshi, baza bambaye ulusato gwi ntama, aliko ukuli ni bwebwe zikaze. 16 Kumatunda yabo mulobamenya. Mbe abantu balashobola kwa mula amatunda kumahwa, au itini kumbuto yu mubaniti? 17 Kulivyo, kila kiti chiza chama amatunda meza, aliko ikiti kibi chama amatunda mabi. 18 Ikiti chiza ntikisobola kwama amatunda mabi ni kiti kibi ntikishobola kwama amatunda meza. 19 Kila kiti kitama matunda meza kilonogogwa kitabwe mumulilo. 20 Lelo, mulobamenya kuvyo bama. 21 Jikila muntu abwila jewe, Mwami, mwami, azo kwingila mubwami bwo mwijuru, aliko nudya akola ubushake bwa Daha wange wo mwijuru. 22 Abantu benki bazobwila iyo siku, "Mwami, mwami ntitwavugishwa ni Mana mwizina dyawe no mwizina dyawe twakoze ibi kogwa vyiki bikulu?" 23 Niho ndobabwila habona, sinda bamenya mwebwe! Ni muve kwange mwebwe mukola bizira! 24 Kila wumva amajambo yange akayubaha asusa numuntu wubwenge yubache inzu yiwe hejuru kumwamba. 25 Imvuka ilagwa, inkukuli ilaza nu mugaya gulaza gusulila kwiyo nzu, aliko ntiya shoboye kugwa hasi, kubela yali yubachwe hejuru kumwamba. 26 Aliko kila muntu yumva ijambo dyange ntanyubaha alosusi lanywa nu muntu wu mupumavu yubache inzu yiwe hejuru yu muchanga. 27 Imvula ilaza, inkukuli ilaza numuyaga gulaza gusulila kunzu. Ilagwa ukuhona kwayo kulashika." 28 Hala sohoye ikihe Yesu yamala kuvuga aya majambo, ikitelane chalatangajwe ni nyigisho ziwe. 29 Kubela yigishije kumuntu afishe ubushobozi, sinka bandichi bene.