Sura 22

1 Yesu yavuganye nabo kandi mukalolelo alavuga, ubwami bwijulu bususa mumwami yateguye ubugeni bwo kwimula kwumwana wiwe. 2 Ubwami bwijulu bususa mumwami yateguye ubugeni bwo kwimula umwana wiwe. 3 Alabatuma abakozi biwe babakalishe abali balalahitse kuza kulubwo bugeni bwo kwimula aliko ntibasohola. 4 Umwami yalabatumye kandi abakozi bavandi, alavuga "Babwile bose abalabitse, laba nateguye ivyokudya, impizi ni Inyana yanje zinuze zabazwe na majambo yose ali sawa, Nimuze kibugeni bwo kwimula. 5 Aliko abobantu ntibabikulikije vyukuli vyuwo mulaliko wiwe. Bamwe basubiye mumilima yabo abandi basubiye mubiche vyabo aho bakolela ivyashala. 6 Abandi balaba hagulukiye abakozi bumwami no kubateteleza no kubicha. 7 Aliko umwami yalashavaye yalatumye abasilikale biwe, alabicha babichanyi no kuwutulila uwomyi kumulilo. 8 Hanyuma alababwila abakozi biwe ubugeni bulasohoye aliko abalalitse ntibakwiliye. 9 Kulivyo nimugende kumahule yinzila nkulu, mubalalike abantu benshi uko vyoshoboka baze kubugeni bwo kwimula." 10 Abakozi balagiye kunzila nkulu no kubakalibisha bose abantu bose abo bobonye abeza na babi, kulivyo ikibihila kiluzula abagenyi. 11 Aliko umwami yinjiye kubalaba abagenyi yalabonye umuntu umwe atambaye umwambalo wubugenyi! 12 Umwami yalamubajije, mugenzi wasohoye ngaha munzu kute atamwambalo wubugeni? Uyo muntu ntupishuye ichochose. 13 Niho umwami yababwila abakozi biwe, "Nimumubohe uyo muntu amaboko na magulumumutage hanze mumwijima hiyo aliho hali mumalila no kusya amenyo. 14 Kuko abantu beshi balahamagagwa aliko abatolanyijwe ni bake. 15 Niho abafalisayo bagenda no kupanga no kupanga ukuntu bamfata Yesu kumajambo yiwe wenyene. 16 Niho batuma abanafunzi babo hamwe na maherode. Balamubwiye Yesu, "Mwalimu tulazi yuko wewe uli umuntu wukuli, kandi uligisha ukwimana ishaka mukuli. Ntukulikiza vyiyumvilo vyuyundi muntu kandi ntiwelekana kupendelea kubantu. 17 Kulivyo tubwile, wiyumvila iki? Mbe ivyo kumategeko kuliha umusolo kwa kaisali chabule oya?" 18 Yesu yalameye ububi bwabo no kuvuga, "Nikuki mungelageza, yemwe mwandya dya? 19 Nimunyeleke amahela akolakuliha umusolo," Niho bamuzanila idinali. 20 Yesu alababaza, "sura ni zina ili ni vyiki?" 21 Balamwishula nivya kaisari." Niho Yesu yababwila, "Muhe kaisari ibintu bili vyiwe ni vyimana muhe Imana. 22 Bamvishije kutwo balatangaye. Hanyuma balamulatse balagenda. 23 Uwomusi bamwe mubasadukayo balaje kwa Yesu, bamwe bavuga yuko hataliho ukuzukukwa bapfuye balamubaza. 24 Balavuga, "Mwalimu, Mus yalavuze nimba umuntu yapfuye atavyaye abana, mwenewabo amuhungule uyo mupfakazi mugole amuhe umwana kukubela mwenewabo. 25 Baliho benewabo mushanju uwambele yalimuye hanyuma alapfa atavyaye umwana alamusigila umugole mwene wabo. 26 Hanyuma mwenewabo wakabili nawe akola nkuko nyene, Hanyuma udya wagatati, biba kutswo kushika kudya wa mushanju. 27 Bamaze kukola kutswo bose, wamugole nawe yalapfuye. 28 None mukuzuka uyo mugole azoba umugole wande mulabo benewabo mushanju? Kuko bose bala mwimuye." 29 Aliko Yesu yalishuye alababwila, "Mulakosela, kuko ntimuzi ivyanditse chanke inguvu zimana. 30 Kuko mukuzuka abantu ntibimula chanke kwimugwa. Hanyuma yaho abantu baba nkaba malaika hiyo mwijulu. 31 Aliko kuvyelekeye ukuzuka kwa bapfuye, ntimuligela musoma kidya chimana yavuze iwanyu, yalavuze. 32 Jewe ndimana ya Ibrahimu, Imana ya Isaka nimana ya Yakobo? Imana si mana yabapfuye ahubwo ni Mana yabakomeye. 33 Ikihe abegelanye bumvishije ili, balatangaye inyigisho ziwe. 34 Aliko abafalisayo bumvishije yuko Yesu yabamumije abasadukayo, baliyegelamije bonyene bonyene hamwe. 35 Umwe mulibo, yali umunya mategeko, yala mubajije ikibazo kumugelageza. 36 Mwalimu nitegeko idyahe lili likulu kusumba yose mumategeko? 37 Yesu alabishula, "Bilakwiye umukundu umwami kumutima wawe wose, nubugongo bwawe bwose nubwenge bwawe bwose. 38 Ili nidyo tegeko likulu dyambele. 39 Idyakabili lisa nidyo bilakwiye umukunda mugenzi wawe nkuko wikunda wewe. 40 Amategeko yose nabavugishwa bizela amategeko abili. 41 Abafalisayo bachiyegela nilije hamwe, Yesu yalababajije ikibazo. 42 Alavuga, "Mbe! mwiyumviliki hejulu ya Klisto? Wene numwana wande?" Nabo balamwishula, "Numwana wa Daudi." 43 Yesu alabishula, "Nikungene nyabaki Daudi kuli mpemu amwita umwami, alavuga. 44 Umwami yabwiye umwana wiwe, "Ichala kukuboko kubudyo, kugeza ahonzobokola abansi bawe bashigwe hasi yamagulu yawe?" 45 Nimba Daudi amwete Klistto, "Umwami" vyoba gute abe umwana wiwe?" 46 Ntawashoboye kumwishula ijambo kandi, ntawigeze kandi kumubaza ibibazo bilenze kuhela uyo musi no kubandanya.