Sura 20

1 None kubela ubwami bwomwijulu bila susa na mweni shamba, Uwa dyuche mukitindo chakale kugila kushilaho abakola imilimo mumilima gwiwe gumuzabibu. 2 Hanyuma yokubobemelanye na bakozi bimilimo idinali imwe kukutwela, yalabalungiche kugenda kugenda mwishamba dyiwe dyimizabibu. 3 Yalagiye kandi hanyuma yamasaha gatatu none ndalibona abakozi bimilimo zindi bali bahagaze atamilimo nkuko ahantu hisoko. 4 Alababwila, "Mwebwe kandi, nimugende mumilimo yimizabibu, ni chochose kili chiza ndabaha none balagenda kukola imilimo. 5 Alagenda kandi hanyuma yamasaha mukaga na kandi kumasoha mwende, na yalakoze kutwo kutwo nyene. 6 Kandi nyene kandi kumucha wamasaa chumi na limwe yalagiye alabasanga abantu beshi abandi bahagaze atamilimo yalababwiye, " Kuberiki mwa hagaze hano atamilimo zozose kumusi gose? 7 Bala mubwila, nokubela ntamuntu wewese yatuhaye akazi. Alababwila namwe mwebwe kandi nimugende kumashamba yumuzabibu. 8 Umwenya wumugoroba gumaze kugela, wishamba dyumu zabibu yababwiye uwahagalikiye biwe, "Bahamagele abakozi bilimo no ubalihe vyobakoleye, nukutangula nuwimpela kugila uwambele. 9 Hobaze badya bahame akazi isaha chuminimwe, bulumwe wabo yalakiye idinali. 10 Bameze kuza abakozi bimilimo bambele, bali yumviye kugila balokwakila akashimwe, aliko balakiye kandi bulumwe idi naliimwe bulumuntu. 11 Hanyuma yokwakila vyobakole vyoba balamusha vuliyugaba idya shamba. 12 Balavuga bano bakozi bimilimo bi mpela bakolesheje isi himwe gusa kuli kuko limilimo aliko wabagele lanyije na twebwe, twebwe twikoleye imizigo kumusi gose nukugwala impita. 13 Aliko yudya wishamba alishula avuga kuwulumwewabo, mugezi sindakozi ijambo libi none? Ntitwe melanye nanje kwidya dinali imwe? 14 Niwe kile kidya kili ukuli kwame na uge ndewe nka. Numunezelo gwanje kubaha bano bakozi bimilimo abahawe akazi impela bikwiye bikwiye nawe. 15 None? Sukuli kwanje kukola nkidya choshaka nubutunzi bwanje? Chenkwe ijisho dyawe nilibi no kubela jewe ni nmwiza? 16 Kandi wimpela aloba wambele nuwambele wimpela. 17 Yesu hatali yuliye kugenda Yelusalemu. Yalatumaye abigishwa biwe chumi na babili mbimpela, nimunzia alababwila. 18 Leba tulagenda Yerusalemu numwa wa Adamu alokwitwa mkuboko kwabakulu waba kuhani nabandichi balomuchila kupfa. 19 Balomukula mubantu bamanya mahanga kugila kumusimanga, kumukubita nukumubamba. Aliko kumusiwa katatu alazuka. 20 None nyina wa bana wa Zebedayo yaleje kwa Yesu na bana biwe. Yalakunjije alafukama imbele ziwe nukumusega ikintu kuva kwiwe. 21 Yesu alababwila ushaiki?" Alamubwila, "Amurisha kuba bano banabanje babili bichale umwe mukuboko kwawe kubudyo numwe mukuboko kwame kukubafu nukubela ubwami bwawe. 22 Aliko Yesu alishula avuga, "Ntumenya kidya chusega. None woshobola kunywela ikikombe ilicho ndo nywela?" 23 Alamubwila, "Tulashobola. Alamubwila, "Ikikombe chanje nukuli mulokinywesha. Alikwichala mukuboko kwanje kubudyo nukuboko kwanje kukumafu siko bishakigwa kwanje kubaha, Aliko nikwe badya alibo bamaze kuteguligwa na Daha wanje. 24 Abigishwa bandi chumi bamaze kumva ivyo, balababazwa chane nabadya bagenzi babili. 25 Aliko Yesu yalaba hamagaye wenenenye nukubabwila mulamenye yuko abatwaye amahanga balabatinyihsa, abakulu aboalakola ubushobola bwo hejulu yabo. 26 Aliko ntibibe iko iwanyu hanyuma yiwe, wewese aloshaka kuba munini muli mwebwe ilakwiye abe umukozi wanyu. 27 Nuloba nkuwambe mulimwebwe bilakwiye abe umukozi wanyu. 28 Nkakudya umwana wa adamu ntiyaje kutuganza, nukukola nukutanga ubukomezi bwiwe abe umuchunguzi wabeshi. 29 Umwanya bali bavuye Yeliko, abantu beshi bala mukulikiye. 30 None balabonye impuyi zibili bichaye hamba vunibalabala. Hobumwa yuko Yesu alimo alahita, baslavuze kwinjwi nukuvuga, "Umwami umwana wa Daudi utuganyile. 31 Aliko abantu beshi alaba kanka mila, nukubabwila numunume. Kandi ivyo bene balavuga kwinjwi kisumba nukuvuga, " Umwami umwana wa Daudi, utuganyile. 32 Hasigaye Yesu yalahagaze noyagaze no yalaba hamagaye nukubabaza, "Mugomba ndabakoleliki?" 33 Balamubwila, umwami yuko amaso yachu gahumugwe. 34 None, Yesu aba akwezwe nikigongwe, ayakolako amaso yabo, umwanya ugo, balakila ubushobozi bwo kuleba no balamukulikila.