Sura 19

1 Mukihe Yesu yalimaze ayo majambo ava igarilaya aragenda kurubibe gwa yudeya imbele yu ruzi Yorodani. 2 Ishengero rinini riramukurikira na arabakiza hiyo. 3 Abafarisayo baramuzira baramugeza baramubwira, "Mbega birakwiye umuntu kureka umugore wiwe kubera ichochose?" 4 Yesu arishura aravuga, " Ntimwasomye yuko wene uwabaremye ubwa mbele yabaremye umugabo nu mugore? 5 Na kandi aravuga, "Kubera icho umugabo azorekase na nyina abane numugore wiwe, nabo babiri bazoba umubiri gumwe? 6 Gutyo si babiri kandi nu mubiri gumwe rero kidya ifatanije Imana, umuntu uwowese ntakifatanure." 7 Baramubwira, "None kubera iki Musa yatutegeche kutanga ichete cho kuvana nikumureka?" 8 Arababwira kukukomantara kwi mitima yanyu Musa yarabarejuye kureka abagore banyu, aliko kuva ubwa mbele siko vyari biri. 9 Ndabubwira yuko wewese azoreka umugore wiwe, atamuhoye ubusambanyi, akimura uyundi arasambanye. Nu mugabo azokwimura uwahukanye arasambanye." 10 Abigishwa baramubwira Yesu, "Nimba aliko biriku mugabo nu mugore si vyiza kwimura." 11 Aliko Yesu arababwira, "Si buri muntu ashobora kwa kira izi nyigisho, ni kuri badya gusa bure kuriwe kwakira. 12 Kuko haliho inkone zavuche kuva munda mwa nyina zabo. Na kudya nyene hariho abagizwe inkone na bantu. Na hariho inkone zigize inkone kubera ubwami bwo mwijuru. Ashobora kwakira inyigisho izi na azkire." 13 Hanyuma hazamwa bamwe mubana bato kugira ngo abarambike kwibiganza bamwe mubana bato kugira ngo abarambike kwibiganza hejuru yabo ni kusenga aliko abigishwa biwe barabakankamira. 14 Yesu aravuga, "Barekure abana bato, na ntimubabuze kuza kwanje, kuko ubwami bwo mwijuru nibwo abantu nkabo. 15 Nawe ashira amaboko hejuru yabo, hanyuma ava hadya. 16 Reba haza umuntu yumwe kwa Yesu na aravuga, "Mwigisha nikintu nyabaki chiza nshakigwa kukora kugira mbe nubuzima butahera?" 17 Yesu aramubwira, "Kubera iki umbaza ni kirintu nyabaki chiza? Hari yumwe gusa arimwiza, ariko nimba ushaka kuronka ubuzima, fata amategeko yi Mana. 18 Yudya muntu aramubaza, "Ni tegeko dyahe?" Yesu aravuga, "Ntiwiche, ntusambane, ntiwibe ntuvuge ububeshi, 19 Nimubahe so na nyoko, na ukunde mugenzawe nkuko wikunda. 20 Yudya muntu aramubwira, Aya yose nayubashe, Nubu ngembegwa iki?" 21 Yesu aramubwira, Usangwa ugomba kuba uwukwiye, tora ivyo utunze vyose uguze ubihe aboro, na uzoba nububiko mwijuru hanyuma ngo unkurikire." 22 Aliko yudya musore yumvishije yo Yesu amubwiye. Avaho numubabaro, kubera yarifishe itunya dyishi. 23 Yesu arababwira abigishwa biwe, "Kweli ndababwira, nibikomeye kumuntu atunze kwinjira mubwamu bwo mwijuru. 24 Kandi ndababwira, nichoroshe ingamia kuchamuzuru dyu rushinge, biruta umuntu wumutunzi kwinjira mubwami bwi Mana. 25 Abigishwa bumvishije ivyo baratangara chane baravuga, "Bat nonerero ninde azokizwa? 26 Yesu arabitegereza aravuga, "Kubana babantu icho ntikishoboka, aliko kumana vyose birashoboka. 27 Hanyuma Petro aramwishura arambwira, "Reba, twareche vyose na tukurikira wewe. Nikintu nyabaki tuzoronka?" 28 Yesu arababwira kweli ndababwira uwa nkurikiye jewe, muruvyaro rushasha ikihe umwana wumuntu azovyagira ku ntebe yubwiza bwiwe, namwe kandi muzovyagira hejuru yibitebe chumi na bibiri vyubwiza, muchire urubanza ubwoko chumi na bubiri bwa bisirayeli. 29 Buri yumwe muri mbwebwe yaleche inzuyiwe, mukuruwe, mushikiwe, sewiwe nyina, abana chanke ishamba kubera izina dyanje azokwakira inchuro ijana na azoragwa ubuzima budahera. 30 Aliko benshi ari abambele ubu bazoba abanyuma na abari abanyuma bazoba abambele.