Sura 11

1 Intumwa na bagenzi babo bali hiyo yudea bumvishije yuko abanyamahanga balakiliye ijambo dyimana. 2 Petro ahoyaza Yerusalemu umugwi wa bantu basilamuwe babanza kumukosola bavuga. 3 Ufatanije na bantu batasilamugwa mukudya nabo. 4 Aliko Petro yatanguye kuvuga ivyabaye avuga. 5 Nalikondasenga kumujiwa yafa nchanelekwa indoto yichombo chululuka hasi nkimpuzu nini yululuka kuva mwijulu kumpande ziwe zose ziwe zulluka kuli jewe. 6 Nalatangaje nukwiyumvila hejulu yiwe mbona ibikoko bifise amagulu awe biba mwisi nibikoko vyo mwishamba nibikoko baga udye" 7 Hanyuma mumva ijwi livuga nanje, "vyuka Petro baga udye." 8 Ndavuga, "Suko mwami mumunwa iwanje ntihaligela kwinjila mwikintu chochose kitali ikitagatifu chabule kichafuye. 9 Aliko ijwi lilishula kandi kuva mwijulu kidya Imana yatangaje yuko alichiza ntuchile ikilumane. 10 Ibi vyabaye imigendo itatu, kila kintu kitwagwa mwijulu kandi. 11 Laba icho kihe abantu batatu bazoba bahagaze imbele yinza idya twalimwo batumwe kuva Kaisalia kuza iwanje. 12 Mpemu alambwila kugenda nabo, sinta ndukanye nabo. Abo bagabo mukaga bacha bala genda hamwe nanje twagiye kunzu yumuntu umwe. 13 Yatubwiye kudya yabibonye malaika ahagaze imbele munzu yiwe avuga,"Ntumwe yafa ndamuzane Simoni aliwe izina dyiwe lindi ni Petro. 14 Alavuga ubutumwa kuli wene kulivyo uzokizwa wewe minzu yawe yose. 15 Ntanguye kuvuga nabo, mutima mutagatifu acha aza hejulu yabo nkuko yaje iwachu kubwa mbele. 16 Ndibuka amajambo yumwami, uko yavuze, "Yohana yabatije kumazi, aliko muzo batizwa kuli mutima mutagatifu." 17 Kandi nimba Imana yatanze akashimwe nkano yatuhaye twebwe ahotwizela kumwami Yesu Klisto jewe ninde yuko noshobola kuha kana Imana. 18 Bumvishije aya majambo, ntibasubije, ahubwo bashima Imana bavuga, Imana yatanze ukwiha na kukubela abanya mahanga kandi." 19 Ubu abizela alibo ukubabala kwatanguliye kulupfu gwa Stephano basanzaye kuva Yelusalemu ababizeye bagiye kule, kushika Foinike, Kipro na Antiokia. Bababwiye ubutumwa kuvyelekeye Yesu wenyene kubaya kubayahudi sikuyundi waliwe wese. 20 Aliko mulibo na bantu bokuva Kipro na na Krene baje Antiokia bavuga na bayunani nukumuhubili Umwami Yesu. 21 Ukuboko kwimana kwali kumwe nabo, na bantu beshi bizeye nukuhindukilila Umwami. 22 Inkulu zabo zishikila mumatwi yi kanisa dya Yelusalemu. Bala mutima Barnaba agende kushika Antiokia. 23 Amaze kuza akabona ubugeni bwimana yalanezelewe. Yalabalemesheje kumutima bose kusigala numwami mumitima yabo. 24 Kuko yali umuntu mwiza yujujewe mutima mutagatifu nukwizela na bantu benshi balagwila Kumwami. 25 Hanyuma Bamaba yalagiye Tarso kulaba Sauli. 26 Amaze kumubona acha amuzana Antiokia. Biba kumwaka wose Begelanila hamwe ni kanisa no kubigisha abantu benshi. Abanafunzi babita aba Klisto kubwa mbele hiyo Antiokia. 27 Kulizi misi abavugishwa baluluka kuva Yelusalemu kushika Antiokia. 28 Umwe mulibo yitwa agabo nidyo zina dyiwe, alahaguka yiyumvamo umutima ko ufise inzala ikaze izoboneka kwisi yose ibi bizoboneka mubihe vyimisi. 29 Kulivyo abanafunzi kula umwe nkeko yalonse bahisemwo kutwala imfashanyo kubagenzi bali mubuyahudi. 30 Bakoze kuti batimye amahela kukuboko kwa Barnaba na Sauli.