Sura 10

1 Hantu muntu mumuji wa Kaisalia izina dyiwe yitwa Kornelio yalu umukulu wumugwi wa Kitalia. 2 Yalubaha Imana aka senga Imana numudyango wiwe wose yatanze amahela menshi kubayahudi asenga Imana imisi yose. 3 Mukihe chi saha mwenda zo kumutanga abona indoto umumalaika wimana iza kwiwe. Malaika alamubwila komelio! 4 Kornelio alamuleba malaika afishe ubwoba bunini chane alavuga "Iki ni kiki mukulu?" Malaika alamubwila "Amasengo yawe ni sadaka zawe kubakene zaduze mwijuru kuba ichibucho imbele yimana. 5 Tuma abantu kuja mumuji wa yafa bazane umuntu yumwe yitwa Simoni yitwa kandi Petro. 6 Abana nukola Isato yitwa Simoni inzu yiwe ili yi nyanza." 7 Malayika yalimwo avuga na wene amaze kugenda, kornelio ahamagala abakozi bo muhila kwiwe babili, numwana jeshi yalimwo alasenga Imana mubana jeshi bamukolela. 8 Kornelio yababiye vyose vyabaye abatuma yafa. 9 Umusigwa kulikiye mukihe chi saha mwenda bali munzila begeye mujini, Petro aduga hejuru mwidale kusenga. 10 Kandi achaba ni nzala ashaka ikintu cho kudya aliko abantu bakilimwo balachumba ivyokudya yalelechwe indoto. 11 Abona ijulu dyuguluche abona ikintu kinini nkumwenda chululuka hasi kwisi kumitwe yachoine. 12 Muli chwne halimwo, kila bwoko bwi kikoko vyama gulu aneni vyibwega hasi ni nyoni zo mukilele. 13 Haza isauti kuliwe ivuga "vyuka, Petro chinja udye." 14 Aliko Petro alavuga "Ivyo ntaho mwami sindaye chochose kibi kihumanya. 15 Aliko isauti ilaza kuliwe bwa kabili, "ivyima a yogejeleka kuvyita wewe bihumanye." 16 Ibi vyabaye katatu, kidya chombo kicha kisubila mwijuru. 17 Umwanya Petro achiyumvila kwivyo yelechwe imanisha iki abantu bali batumwe na kornelio bali bahagaze imbele yumudyango babaza inzila yo kwingila munzu. 18 Balahamagala labaza Simoni kandi yitwa petro abangaha. 19 Ugo mwanya petro achiyumvila hejuru yivyo yelechwe, mutima avugana nawe, "Leba abantu batatu balakulonda. 20 Vyuka wululuke hasi ugende nabo. Ntutiye kugenda nabo kubela ndabatumye." 21 Petro yululuka hasi kuli bene alavuga "jewe ndiyudya mulonda kubela iki muje?" 22 Balavuga,"Kamanda yumwe izina dyiwe Korelio , umuntu mugololochi akunda kusenga Imana, abantu bamuvuga neze mukihuguchose chabayahudi yubwiwa numumalaika wimana kututuma kugila ugende muhila iwe, kugila yumve ijambo dyawe. 23 Petro alaba karibisha bingila munzu kwikala nawe mukindo cha kulikiye yalavyuche agenda nabo nabagenzi bake kuva yafa bajana nawe. 24 Isiku ya kulikiye balaje Kaisaria. Kornelio yalibategeleje yali yahamagaye bene wabo na bagenzi biwe ba hofi. 25 Petro yegeye kwingila munzu, Kornelio alamusanganila yunama kugeza hasi kumagulu yiwe kuku mwubaha. 26 Aliko Petro alamudyula avuga, "Hagalala jewe nange ndumuana wumuntu." 27 Petro alimwo alaganila nawe, yinguye munzu asanga abantu batelanye hamwe. 28 Alababwila,"Mwebwe nyene mulamenya nta tegeko umuyahudi kubakumwe au kubalamigwa numuntu ati wikikihugu. Aliko Imana yanyeleche jewe yuko ntashakigwa kumwita umuntu wewese uhumaye au muchafu. 29 Nicho kituma ndaje ata kuhalila aho ndatumwa kuza none ndababaze nikuki mwatumwe kwange. 30 Kornelio alavuga, "Isiku zine zihoye mukihe nkiki nalimwonda senga mukihe chisaho mwenda kumutaga munzu yange, mbona imbele yange umuntu ahagaze afishe imyenda yela. 31 Alabwila "Kribelio amasengo yawe yumvishwe ni Mana ni Sadaka zawe kubakene zabaye ichibucho imbele yimana. 32 None lelo tuma umuntu yafa ahamagale umuntu yumwe yitwa Simoni kandi akitwa Petro aze kwawe aba kukola isato yitwa Simoni inzu yiwe ili mpande ni nyanza. 33 Niho ndachiye ntuma abantu kwawe nawe wakoze neza kuza twse tuli ngaha imbe zimana kugila twumvilize amajambo yose wategeshwe ni Mana. 34 Niho Petro yafungulula umumwa alavuga "Kweli ndizeye Imana ntishobola kupendeleya. 35 Aubwo kila kihungu umuntu wewese ayisenga no kukola bigololoche alemegwa kuliyo. 36 Ulamenya ubutumwa wavuze kubantu baisraeli, ahoyalimwo alatangaza inkulu nziza ya maholo kuhitila kuli Yesu Klistowene nu mwami wa bose. 37 Namwe nyene mulamenye ivyabaye ivyabaye mubuyahudi bwose vtyatanguliye Galilaya, hanyuma yulubatizo Yohana yatangaje. 38 Ivyabahe kuli Yesu Kilsto inge Imana yamusize amavuta kuli mutima mutakatifu no kunguvu yagiye akola vyiza no kukiza bose ababonegwa na ibilisi, kubela Imana yali kumwe nawe. 39 Twebwe tuli vyabona yakoze vyose mukihugu cha bayahudi no muli Yelusalemu uyu ni Yesu wobishe ba mubamba kukiti. 40 Uyu muntu Imana yala muzuye isiku ya katatu imuka kumenyekana. 41 Kubantu bose aliko ni kuvyabona vyatowe kuvakale nimana twebwe nyene twaliye nawe no kunywa nawe amze kuzuka kuva mubapfuye. 42 Yatu tegeche kuhubiri kubantu na kushuhudia yuko uwo aliwe Imana yachaguye kuba umuchamanz wabaliho na bapfuye. 43 Muli wene abavugishwa bose bashuhudiye, kugila kila wizera ulene aganyigwe ivyaha kuhitila kwizina dyiwe. 44 Petro akivuga kutyo, mutima mutakatifu aluluka yingila mubali munzu bose abalimwo balumwiliza amajambo yiwe. 45 Badya bantu bali mukikundi cha bizera basilamuwe badya bose bazananye na petro balatangajwe kubela mutima mutakatifu yululukiye kandi abanyamahanga. 46 Bumvishe abanyamahanga bavuga kuzindi ndimi basenga Imana. Petro alishula, 47 "Halu umuntu wewese yoshobola kubuza amzi kugila abantu ntibabatizwe, ababantu bakiye mutima mutakatifu nkatwebwe?" 48 Niho yachiye ategeka babatizwe mwizina dya Yesu Klisto.Hanyumma bamusaba yikale nabo amasiku.