Igiche 6

1 badya bose bali hasi yinira abakozi babatwaliye abashebuja bakwiliye kubahwa gosi. Bashakigwa kugila gucha izi dyi mana ni ujigisho ntimabituke. 2 Bizera ntibabagaye kuko alibenewabo hidya babakoleye chane kuko ............. babafasha imilimo yabo ni bemegwa na balabakunda. Igisha no kuyamga aya majambo. 3 Yoba umuntu yigisha amigisha yubushi yatagenda niyiwachu yizegwa alamajambo yu ibyigisho lilobola no kubaha lmana. 4 Uwo muntu alilata atamenya chochosi no hishikazwa nakubaza amajambo, agira mntambala zamagambo ziva mwishari, nogutonganya, nibitutsi. Aya majambo avyalaishari, nogukeka ibi. 5 Intambala zu mulumusi hagata ya bantu bapfise ubwenge byonone kaye baleka ukuli batekeleza kuko kubaha lmana ninzira ya kuba abatungwa. 6 Kubaha lmana nakuba numutima wazuye kuva ni nyungu nyishi. 7 Kuko ntoyaje nikintu chochose mwisi. Kandintachotyo twala chchose kuvu mwinsi. 8 Aliko chodufise ivyokudya ni nyenda tubyemele kuko biduhagije. 9 Ubu abo bashaka kubani bitungwa bagwa kumagela, geza mumutego. Bagwa vuta menya kwinshi no munagesageza mabi, na chochose kigila bantu bononekale mububi. 10 Kuko kukunda amahela ni kibanzo chu bubi byose. Haviha bantu bamwe bafise itamaniro bagiye kule nukwizera biyokejebo kumbalilo nyinshi. 11 Ulumutu ni lmana ni niluke ayo majambo. Kulikila ukuli, kubaha lmana ukwizera, utukundo, kwihangana mbugwaneza. 12 Gira intambala nziza zokwizera fatiula ubugiyo butahela bwoeifiwe. Yobalimpamvu ino uvuge ubulemwe imbele yabaha mzi benshi kwa uidya chiza. 13 Ndaguhaye ino tegeko imbele zi lmana akolesha ibintuvyose bibeho, imbele ya Yesu Kristo, yavuze ukuli kwa Pontio Pilato. 14 Ubike ino tegeko vyiza atankeka iiliho, kugeza kuboneka ku mwani wachu Yesu Kristo. 15 Kuzerekana mugihe chiwe kumusi umenyekana, niyo mwani wabani akomeye gusa, Umuntwale wubutwale. 16 We nyene afite kudapfa yichalamumuche utasohogwa, nta muntu yomubona ama kumuleba. Ichubahho mbutwale budashira bibivyaye. Amina. 17 Bubwile abantunzi bomu byikihe nti bibone, changwa kuibona mubuyunzi butaliuwi zigigwa hubgo bizele lmana, aduha ubutu nzi byase tubizerereho. 18 Babwike bokore vyiza babe abatunzi mumirimo nyiza babe mubntu bakunda kutaga. 19 Muliyo nzira bazoshira ulufatiro binga kobafise kumejambe yimbele babe nubugingo bwiza. 20 Timotheo we ujulinde kidya chowahewe, uleke amajambo yaragiye mubudyo, nayandi yatafisa umunaro mububashiyaza azitwa mbyenge. 21 Hari habantu bavuga aya najambo, hubyo bakavamo kutizegwa. Ubuntu bube namwe.