Igoche 1

1 Pahulo intumwa ya Kirisitu yesu, kungana nitegeko dyi mana, numuchunguzi wachu Yesu Kirisitu aliwokwishimikiza kwachu. 2 Kuli Timoteyo umwana wanje wzekuli mukwizera ubuntu: Ikigongwe, na mahoro ava kuma mana dawe na Kirisitu Yesu Data wachu. 3 Kuko nakwinginze ndi mwondganda inja Makedonia kugira ngo usigare muli Efeso kugira ushobore gutege geka abantu ngo ntibigishe izindi nyigisho zidahuye. 4 Kandi ngo ntibumvirize imigani ni migwi yibitito itagira yihelela. Ivyo bitela ubuhalilizi chane, bitahivyogufasha nukumbelo yilitegeko yi mana mukikwizera. 5 Intumbelo yilitegeko nurukundo luva kumutimawera, mukwiyumvira neza kukwize yakuli. 6 Bamwe mubantu babuze intumbero bachabaleka inyigisho nuguhindukukirilila ivugo zubupfu. 7 Bashaka kuba abigisha bamategeko, aliko ntibazi ichobavuga, chake ichobashimantalilako. 8 Aliko tulazi yuko amategeko alimgeko alimeza iyo umuntu ayakoresheje neza. 9 Aliko tulazi yuko amategeko atashizweho kubwa mugogorochi, aliko gasizwe kubwabaya lega, nabachumula, nabatubaha nabanyavaha nukubadafise lmana nabanyakibi. Yashinzwa kubwa biicha base naba nyina nokuwa bichanyi. 10 Kubashakanyi, nukubwabantu babasanbanyi, nukubantu banyaga abantu bakagira abaja, nukubabeshi, nukubahgiliza ububeshi nukubantu badakulikira ivyobabwiwe mubwizigigwa. 11 Ibi bigenekezwa bira kubutumwa bwiza bwi mana bwa hezagiwe kwivyo ni zejejwe. 12 Ndashimila Yesu Kilisitu Data wachu, yansizemwo, ubukomezi, kuko yampaluye kuba umwi zigigwa, acha ashira mugikogwa. 13 Nalumuntu woguchumula, wokubabaza abandi, nugutela intambala. Aliko nalose imbabazi kuko nabikola kubujuju, nukutizera. 14 Aliko ubuntu bwi mana bwuzuye ukwizera nuru kundo huli muli Kilisitu Yesu. 15 Iyi nkuru niyokwizegwa nukwakigwa nabantu bose, yuko Kirisitu yaje mwisi gukiza abanyavyaha jewe nalimubi kuruta abandi bose. 16 Aliko kubwivyo nahawe imbabazi, kugira muli jewe, imbele ya vyose, Kirisitu yesu aselule ukwihangana kose. Yakoze ivyo nkikigelelezo kulibadya bazomwozera bose kubwubugingo budashira. 17 Nubu kumwami atagira ihelezo, adapfa, ataboneka, lmana yonka, bine ichubahilo nubwiza ibihe nibihe. "Amina." 18 Shize ili tegeko imbele yawe Timoteyo, umwana wanje nkozeibi kubwivyavuzwe ubwambele hejuru yawe, kugila nawe ubemwo muntambala nyiza. 19 Kola ivyo kugira ubenukwizera nintu mbelonyiza, Balibeshi, balavyase bahonya ukwizera. 20 Nka Himenayo hamwe na Rekizanda abonalekuliye Satani kugira abigishe ntibasubire guchumula.