Iroma 7

1 Ntaho muzi ko bene data ko ndikubwiara abantu bazi amategeko kandi ago mategeko gayoboraga umuntu igihe cose akiriho. 2 Nuko, umugore ufite umugabo abaga ahambiriwe k' umgabo n'amategeko igihe uwo mugabo aba akiriho, ariko iyo uwo mugabo apfuye, amategeko ntaho gabaga gakimutegeka. 3 Niba umugabo wuwo mugore akiriho agasohozwa n' uwundi mugabo, bakamwite umusambanyi. Ariko niba umugabo we apfuye arafunguwe nago mategeko go kusohozwa naho yaba ari hamwe n'uwundi mugabo, ntabwo azitwa umusambanyi 5 Guco, bene data, namwe, kubwo umubiri gwa Kristo mwarapfuye ku amategeko kugira ngo mube aba uwundi wazukiye mu abapfuye ngo twere imbuto z' Imana. 4 Ubwo twabaga tukiri mu mubiri, turigutwarwa no gukora ibyaha byakoreraga mu ngingo zacu, bitewe n' amategeko tukabyara imbuto z' urupfu. 6 Kuri ubu rero, twaratsindishirijwe n' amategeko, tuba abapfu ku mategeko, tuba munsi yago, kugirango dukorere munsi y' umwuka mushasha, atari munsi y'ibaruwa yashaje. 8 Tugambe iki none? Mbesi amategeko n' icaha? Oya. Iyo amategeko gatabaho, ntaho nari ndamenya icaha. Kuko ntaho narikumenya niba irari ar'iki, amategeko ataba garagambye ngo; " Ntukifuze." 7 Ariko ibyaha byishingikirije amategeko nyuma bizana muri njewe irari. Hatari ho amategeko icaha kiba gipfuye. 9 Nari ndi muzima amategeko gatari ho, ariko amategeko gamaze kuza, icaha cabayeho, njewe mba umupfu. 10 Amategeko twatekerezaga ko gazana ubuzima, gazaniue urupfu. 11 kuko icaha cafashe umwanya kiranyosha kubera amategeko ndapfa bitewe nago. 12 Nuko rero amategeko garaboneye, n'amigisho garaboneye, y'ukuri kandi meza. 17 Ntabwo ari nje ukora ibi bintu ariko n'icaha kiba muri nje. 18 Iciza, ntikiba muri nje. Kwifuzqa gukora neza biri muri nje, ariko sinagombaga kubikora. 19 Ibyiza nifuza ntabwo mbikoraga, ahubwo ngako ngakora ibibi ntashaka. 20 Iyo nkora ibyo ntashaka gukora, ntabwo aba ari nje ubikora. 21 Nibonamo ago mategeko, Iyo nshaka gukora ibyiza, ibibi bintanga imbere. 22 Ndishimira mu mategeko y'Imana kubw'uwo muntu uri muri nje. 23 Ariko hairi agandi mategeko gariho mu migabane y'umubiri gwanje arwanya amategeko kugirango ntagumva, akampindura imfungwa y'amategeko y'ibyaha, biri mu ingingo zanje. 24 Umunyamibabaro uwo ndi we Ni nde wombohora ugu mubiri gupfa. 25 Ubuntu bw'Imana na Yesu Krisito Umwami wacu. Nanje ubwanje niyumvamo, umuhakwa w'amategeko y'Imana kubera umubiri nd'umuhakwa w'amategeko y'icaha.